BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Frank Habineza nawe yatanze inyandiko zo kwiyamamaza
Mu matora y’umukuru w’igihugu yabaye mu myaka irindwi ishize na bwo Habineza yari yimamaje, cyakora ntiyashobora no kugeza ku ijwi rimwe ku ijana.
Sentare mpuzamakungu mpanavyaha CPI irondera ifatwa ry'abategetsi ba Israel na Hamas
Baronderwa ku vyaha vyo mu ntambara vyakozwe kuva ku bitero vyo ku wa 7 Gitugutu n'intambara yakurikiwe.
'Kuba maze igihe kirekire ntavuga, ntagaragara, si uko nari nicaye' – Ikiganiro na Diane Rwigara
Yemerewe, Diane Rwigara yaba ari umwe mu bagore bacye, cyangwa wenyine, bashobora guhatanira umwanya wa perezida w’u Rwanda mu matora yegereje.
‘Imana ni yo yohereje ingabo zayo z’ijuru ngo zidukize urupfu’ – Umugore wa Vital Kamerhe
Hamida Chatur Kamerhe, umugore wa Vital Kamerhe yatangaje uko igitero ku rugo rwabo cyagenze, avuga ko urugo rwabo rwahindutse nk'isibaniro ry'urugamba.
Perezida Raisi wa Irani yapfiriye mw'isanganya rya kajugujugu
Iyi kajugujugu yakorotse mu gatondo k’ejo ku wa Mungu mu buraruko bushira uburengero bwa Irani, biturutse ku gipfungu (igihu mu Kinyarwanda) cinshi catumye hatabona neza, nk’uko bitangazwa n’imboneshakure y’iki gihugu.
RD Congo yamaganye 'igerageza ryo guhungabanya inzego z'igihugu'
Ntibiramenyekana uburyo itsinda ry'abagabo bitwaje intwaro ryashoboye kumenera ahantu hari mu harinzwe cyane mu murwa mukuru Kinshasa.
Igisirikare ca RD Congo kivuga ko caburijemwo 'coup d'Etat'
Umuvugizi w'igisirikare ca Republika ya Demokrasi ya Congo, Gen Sylvain Ekenge yamenyesheje mu butumwa buto yacishije ku mboneshakure y'igihugu ko igisirikare c'ico gihugu caburijwemwo itembagazwa ry'ubutegetsi kuri uyu wa 19 Rusama (5).
Umushikiranganji wa Israel yiyemeje gutanga imihoho hatobonetse ikirangamisi c'inyuma y'intambara muri Gaza
Umushikiranganji wa Israel Benny Gantz yagabishije ko azotanga imihoho mu gihe umushikiranganji wa mbere Benjamin Netanyahu atokwerekana ingene Gaza izorongorwa inyuma y'intambara.
"Ikibanza cacu si mu gasho, mu buhungiro canke mw’itongo ry’abapfuye" - Abahuza ibitsina n'abo babisangiye
Nick Arnaud Giriyuja, umusore w’umurundi w’imyaka 25, aba i Buruseri mu Bubirigi , yabwiye BBC Gahuzamiryango ko yahunze igihugu c’Uburundi mu 2018 kubera guhuza ibitsina n'abo babisangiye.
Urubanza rwaciwe na ICJ ku kirego ca genoside Afrika y'Epfo yagiriza Israel rusigura iki?
Amajambo ya sentare mpuzamakungu y'ubutungane (ICJ) yarihwejwe cane kuva igihugu ca Afrika y'Epfo gishikirije ikirego caco, bishingiye kw'ikoreshwa ry'ijambo "plausible" [bishoboka] mu guca urwo rubanza.
Rurangiranwa mu muziki John Frog yahoze ari umugwanyi wa SPLA akiri umwana
Frog avuga ko kuva kera yakunda umuziki kandi ko no mw'ishamba yumviriza umuziki kavukire.
'Rap ni yo banyitirira ariko nkora byose' – Menya Padiri 'udasanzwe' Jean-François Uwimana
Uyu Padiri ufite n'umukandara w'umukara muri karate, avuga ko bamwe mu bahanzi yafatiyeho urugero mu muziki we ari Rick Ross na Garou.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda -Amatora: Kagame yatanze kandidatire ye ngo yiyamamaze ku nshuro ya kane
Kwakira abasaba kuba abakandida ku mwanya wa perezida wa Repubulika cyangwa depite mu Rwanda cyatangiye uyu munsi, kizamara hafi ibyumweru bibiri.
Umugabo wabuze mu myaka 26 ishize yabonetse ari muzima muri ‘cave/basement’ y’umuturanyi
Omar yabwiye abategetsi ko atigeze abasha gutabaza kuko uwamushimuse yari yaramwumvishisje ko “yahanzweho na sekibi”.
Abahanga bashobora kuba batahuye iyobera rya 'pyramides' zo mu Misiri
Abahanga muri siyansi bavuga ko izo nyubako z'imisusire y'umutemeri nyamigongo zishobora kuba zarubatswe mu nkengero y'ishami ry'uruzi rwa Nili ubu ryakamye.
‘Iyo abagabo baganiriye, ibintu birasobanuka’ – Cardinal Ambongo
Kardinali Ambongo yagiye yumvikana anenga uko ubutegetsi bwa Kinshasa bukemura ikibazo cy’intambara mu burasirazuba bwa Congo.
Umugabo yabwiwe ko atari Umwongereza inyuma y'imyaka 42 aba muri ico gihugu
Nelson Shardey ubu ashobora kurindira imyaka 10 kugura yemererwe kuba mu Bwongereza mu buryo ntayegayezwa kandi ivyo vyomusaba ibihumbi vy'amapawundi (amafaranga y'Ubwongereza).
Umumenyeshamakuru Ahmadi Radjabu w’Akeza.net ubu aridegemvya nyuma yo kurekurwa n'iperereza mu Burundi
Ahmadi Radjabu yahagaritswe mw’ijoro ryo ku wa kabiri Rusama ariko afata amasanamu akoresheje akadege katagira umudereva kw'isoko ya Ruvumera yari yadutsemwo umuriro.
Kubera iki Stevie Wonder yanezerewe cane no guhabwa ubwenegihugu bwa Ghana?
Inyuma y’imyaka myinshi yiyumvamwo igihugu ca Ghana, ico camamare mu muziki yaronse ubwenegihugu bwa Ghana.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango